Itanguriro 5:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Nuko Adamu ashikanye imyaka 130, avyara umuhungu basa, afise agashusho kiwe. Araheza amwita Seti+.