Itanguriro 37:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Benewabo babonye ko se amukunda cane*, baca batangura kumwanka kandi ntibasubira kumuvugisha neza. Itanguriro Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 37:4 Umunara w’Inderetsi,1/8/2014, rup. 12-13