Itanguriro 37:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Baraheza barungika iyo kanzu kwa se, bavuga bati: «Ni iyo twatoye. Suzuma urabe ko ari ya kanzu y’umuhungu wawe canke ko atari yo+.»
32 Baraheza barungika iyo kanzu kwa se, bavuga bati: «Ni iyo twatoye. Suzuma urabe ko ari ya kanzu y’umuhungu wawe canke ko atari yo+.»