-
Itanguriro 38:17Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
17 Amwishura ati: «Nzokurungikira umwagazi w’impene wo mu busho bwanje.» Mugabo Tamari amubaza ati: «Wompa ingwati mba ndafata gushika uwurungitse?»
-