Itanguriro 38:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Mu nyuma, Yuda arungikana wa mugenzi wiwe w’Umunyadulamu+ wa mwagazi w’impene kugira agarukane ya ngwati yari yahaye wa mugore, mugabo aramubura.
20 Mu nyuma, Yuda arungikana wa mugenzi wiwe w’Umunyadulamu+ wa mwagazi w’impene kugira agarukane ya ngwati yari yahaye wa mugore, mugabo aramubura.