Itanguriro 39:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 39 Nuko ba Bishimayeli+ bamanukana Yozefu mu Misiri+. Bamugurisha ku Munyamisiri yitwa Potifari+, umukozi wo ku kirimba kwa Farawo, akaba n’umukuru w’abamucungera. Itanguriro Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 39:1 Umunara w’Inderetsi,1/11/2014, rup. 12-13
39 Nuko ba Bishimayeli+ bamanukana Yozefu mu Misiri+. Bamugurisha ku Munyamisiri yitwa Potifari+, umukozi wo ku kirimba kwa Farawo, akaba n’umukuru w’abamucungera.