-
Itanguriro 39:6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
6 Potifari araheza azeza Yozefu ivyo atunze vyose, ntiyasubira kuraba ikintu na kimwe kiretse ivyo yafungura gusa. Vyongeye, Yozefu yari umusore w’inguvu kandi mwiza cane.
-