-
Itanguriro 39:14Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
14 aca akoma induru atabaza abagabo bo mu rugo rwiwe, ababwira ati: «Ndabira ntuze! Yatuzaniye uwu Muheburayo kugira adukoze isoni. Yansanze iyo ndi ngo turyamane, mugabo nca nkoma induru n’ijwi ryanje ryose.
-