Itanguriro 39:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Uwo mukuru w’ibohero nta na kimwe yasuzuma mu vyo Yozefu yari ajejwe, kuko Yehova yari kumwe na Yozefu, kandi ico yakora cose Yehova yatuma kiroranirwa+.
23 Uwo mukuru w’ibohero nta na kimwe yasuzuma mu vyo Yozefu yari ajejwe, kuko Yehova yari kumwe na Yozefu, kandi ico yakora cose Yehova yatuma kiroranirwa+.