Itanguriro 41:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Abona inka indwi zisa neza kandi zivyibushe ziriko ziduga ziva mu ruzi Nili, zica zitangura kurisha ubwatsi buri ku nkengera y’urwo ruzi+.
2 Abona inka indwi zisa neza kandi zivyibushe ziriko ziduga ziva mu ruzi Nili, zica zitangura kurisha ubwatsi buri ku nkengera y’urwo ruzi+.