Itanguriro 41:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Asubira gusinzira maze arota ubugira kabiri. Abona amahundo indwi yuzuyemwo intete kandi mezameza ariko amera ku gati kamwe+.
5 Asubira gusinzira maze arota ubugira kabiri. Abona amahundo indwi yuzuyemwo intete kandi mezameza ariko amera ku gati kamwe+.