Itanguriro 41:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Bukeye, Farawo ahagarika umutima cane. Aca atumako abaherezi bakora ivy’amageza bo mu Misiri bose n’abantu b’incabwenge* baho bose. Araheza abiganira indoto ziwe, ariko nta n’umwe yashoboye kuzimusobanurira.
8 Bukeye, Farawo ahagarika umutima cane. Aca atumako abaherezi bakora ivy’amageza bo mu Misiri bose n’abantu b’incabwenge* baho bose. Araheza abiganira indoto ziwe, ariko nta n’umwe yashoboye kuzimusobanurira.