-
Itanguriro 41:19Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
19 Nca mbona izindi nka indwi zigoyagoya, zisa nabi cane kandi zonze, zije inyuma yazo. Sinari bwigere mbona inka zisa nabi gutyo mu gihugu cose ca Misiri.
-