-
Itanguriro 41:27Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
27 Izo nka indwi zonze kandi zisa nabi zaje inyuma yazo ni imyaka indwi. Ayo mahundo indwi y’intete agaragara, yababuwe n’umuyaga wo mu buseruko, izoba imyaka indwi y’inzara.
-