Itanguriro 41:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Ivyo bifungurwa bikwiye kubikwa kugira igihugu kizovyikoreko muri iyo myaka indwi y’inzara izoshikira igihugu ca Misiri, kugira igihugu ntikiyogere kubera inzara+.»
36 Ivyo bifungurwa bikwiye kubikwa kugira igihugu kizovyikoreko muri iyo myaka indwi y’inzara izoshikira igihugu ca Misiri, kugira igihugu ntikiyogere kubera inzara+.»