Itanguriro 41:40 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 40 Ni wewe uzogaba urugo rwanje, kandi abantu banje bose bazokugamburukira muri vyose+. Na jewe nzokuruta gusa kubera ndi umwami.»
40 Ni wewe uzogaba urugo rwanje, kandi abantu banje bose bazokugamburukira muri vyose+. Na jewe nzokuruta gusa kubera ndi umwami.»