-
Itanguriro 41:49Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
49 Abandanya kurunda intete mu bigega, ziba nyinshi cane nk’umusenyi wo ku kiyaga, gushika n’aho baheba kuzipima kuko bitari bigikunda.
-