Itanguriro 41:55 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 55 Amaherezo igihugu cose ca Misiri giterwa n’inzara, abantu batangura kuririra Farawo ngo abahe ibifungurwa+. Farawo aca abwira Abanyamisiri bose ati: «Nimugende kwa Yozefu kandi ico ababwira cose mugikore+.»
55 Amaherezo igihugu cose ca Misiri giterwa n’inzara, abantu batangura kuririra Farawo ngo abahe ibifungurwa+. Farawo aca abwira Abanyamisiri bose ati: «Nimugende kwa Yozefu kandi ico ababwira cose mugikore+.»