Itanguriro 43:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Abahungu ba Isirayeli baca batora vya bintu bagemura, ya mahera hamwe na Benyamini. Baraheza bamanuka mu Misiri, basubira kurenguka imbere ya Yozefu+.
15 Abahungu ba Isirayeli baca batora vya bintu bagemura, ya mahera hamwe na Benyamini. Baraheza bamanuka mu Misiri, basubira kurenguka imbere ya Yozefu+.