-
Itanguriro 43:16Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
16 Yozefu abonye Benyamini ari kumwe na bo, aca abwira umugabo yari ajejwe urugo rwiwe ati: «Jana aba bantu muhira, uce ubaga ibitungwa hanyuma utegure ibifungurwa, kuko tuza gusangira sasita.»
-