Itanguriro 43:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Mugabo bagira ubwoba bwinshi kubera yari abajanye kwa Yozefu, batangura kubwirana bati: «Ya mahera twasanga mu magunira yacu ni yo atumye batuzana ng’aha. Ubu rero bagira baducakire, batugire abaja, bace batwara indogobwa zacu+.»
18 Mugabo bagira ubwoba bwinshi kubera yari abajanye kwa Yozefu, batangura kubwirana bati: «Ya mahera twasanga mu magunira yacu ni yo atumye batuzana ng’aha. Ubu rero bagira baducakire, batugire abaja, bace batwara indogobwa zacu+.»