Itanguriro 43:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Mugabo dushitse aho turara tugatangura kwugurura amagunira yacu, twagiye tubona amahera y’umwe wese mw’igunira ryiwe, yose uko yakabaye+. Ubu rero twagira tuyasubize.
21 Mugabo dushitse aho turara tugatangura kwugurura amagunira yacu, twagiye tubona amahera y’umwe wese mw’igunira ryiwe, yose uko yakabaye+. Ubu rero twagira tuyasubize.