Itanguriro 43:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Aca abishura ati: «Nta ngorane, ntimugire ubwoba. Imana yanyu ikaba n’Imana ya so, ni yo yashize iryo tunga mu magunira yanyu. Amahera yanyu yari yanshikiriye.» Araheza asohora Simeyoni, aramubazanira+.
23 Aca abishura ati: «Nta ngorane, ntimugire ubwoba. Imana yanyu ikaba n’Imana ya so, ni yo yashize iryo tunga mu magunira yanyu. Amahera yanyu yari yanshikiriye.» Araheza asohora Simeyoni, aramubazanira+.