Itanguriro 43:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Yozefu aca asohoka ningoga, aja kurondera aho aririra, kuko yari arengewe n’ikigumbagumba afitiye mwenewabo. Nuko yinjira mu kindi cumba, araturikisha ararira+.
30 Yozefu aca asohoka ningoga, aja kurondera aho aririra, kuko yari arengewe n’ikigumbagumba afitiye mwenewabo. Nuko yinjira mu kindi cumba, araturikisha ararira+.