Itanguriro 43:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Baca bamuzanira ibifungurwa ukwiwe, na benewabo ukwabo. Abanyamisiri bari kumwe na we na bo nyene bafungura ukwabo. Abanyamisiri ntibashobora gusangira n’Abaheburayo, kuko cari ikintu gishisha kuri bo+. Itanguriro Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 43:32 Umunara w’Inderetsi,15/1/2004, rup. 29
32 Baca bamuzanira ibifungurwa ukwiwe, na benewabo ukwabo. Abanyamisiri bari kumwe na we na bo nyene bafungura ukwabo. Abanyamisiri ntibashobora gusangira n’Abaheburayo, kuko cari ikintu gishisha kuri bo+.