Itanguriro 45:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Uyu ni umwaka ugira kabiri w’inzara mu gihugu+, kandi haracasigaye imyaka itanu aho ata wuzorima canke ngo yimbure.
6 Uyu ni umwaka ugira kabiri w’inzara mu gihugu+, kandi haracasigaye imyaka itanu aho ata wuzorima canke ngo yimbure.