Itanguriro 45:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Mwebwe na mwenewacu Benyamini muribonera neza ko ari jewe ndiko mvugana namwe+.