Itanguriro 45:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Yozefu aca agumbira Benyamini maze araturikisha ararira, Benyamini na we nyene amuririra mu maboko+.
14 Yozefu aca agumbira Benyamini maze araturikisha ararira, Benyamini na we nyene amuririra mu maboko+.