-
Itanguriro 45:23Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
23 Se wiwe na we amurungikira ibi: indogobwa cumi zitwaye ibintu vyizavyiza vyo mu Misiri n’indogobwa cumi zivyara zitwaye intete, umukate n’ibindi bifungurwa azofungurira ku rugendo.
-