Itanguriro 6:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Muri iyo misi n’inyuma y’aho, kw’isi hariho Abanefili*. Nuko abamarayika* babandanya kuryamana n’abakobwa b’abantu maze bavyara abahungu. Ni bo ba bantu ba kera bari bakomeye cane, ba bagabo ba rurangiranwa. Itanguriro Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 6:4 Umunara w’Inderetsi,1/8/2013, rup. 1215/6/2013, rup. 221/4/2013, rup. 12-131/6/2008, rup. 51/6/2007, rup. 51/7/1997, rup. 9 Niwigane, rup. 18 Urashobora Kubaho, rup. 94
4 Muri iyo misi n’inyuma y’aho, kw’isi hariho Abanefili*. Nuko abamarayika* babandanya kuryamana n’abakobwa b’abantu maze bavyara abahungu. Ni bo ba bantu ba kera bari bakomeye cane, ba bagabo ba rurangiranwa.
6:4 Umunara w’Inderetsi,1/8/2013, rup. 1215/6/2013, rup. 221/4/2013, rup. 12-131/6/2008, rup. 51/6/2007, rup. 51/7/1997, rup. 9 Niwigane, rup. 18 Urashobora Kubaho, rup. 94