-
Itanguriro 6:7Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
7 Maze Yehova avuga ati: «Ngira nzimanganye kw’isi abantu naremye, umuntu n’ibitungwa, ibikoko bikwega inda hasi n’ibiguruka mu kirere, kuko nicuza kubona narabiremye.»
-