Itanguriro 48:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 48 Inyuma y’ivyo, babwira Yozefu bati: «So wawe araremvye.» Yozefu aca aja kumuraba, agenda ajanye n’abahungu biwe babiri, Manase na Efurayimu+.
48 Inyuma y’ivyo, babwira Yozefu bati: «So wawe araremvye.» Yozefu aca aja kumuraba, agenda ajanye n’abahungu biwe babiri, Manase na Efurayimu+.