-
Itanguriro 48:17Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
17 Yozefu abonye ko se agumije ukuryo ku mutwe wa Efurayimu, biramubabaza. Aca agerageza gukura ukuboko kwa se ku mutwe wa Efurayimu ngo agushire ku mutwe wa Manase.
-