Itanguriro 48:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Ariko se wiwe aranka, amubwira ati: «Ndabizi mwananje, ndabizi. Na we nyene azovamwo ihanga kandi azoba agakomeye. Ariko mutoyi wiwe azoba agakomeye kumurusha+, kandi uruvyaro rwiwe ruzogwira cane ku buryo ruvamwo amahanga+.»
19 Ariko se wiwe aranka, amubwira ati: «Ndabizi mwananje, ndabizi. Na we nyene azovamwo ihanga kandi azoba agakomeye. Ariko mutoyi wiwe azoba agakomeye kumurusha+, kandi uruvyaro rwiwe ruzogwira cane ku buryo ruvamwo amahanga+.»