Itanguriro 49:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Ariko kubera utigumya nk’amazi y’isegenya, ntuzoba agahebuza kuko wuriye igitanda ca so+. Ico gihe wahumanije igitanda canje. Emwe, yaracuriye!
4 Ariko kubera utigumya nk’amazi y’isegenya, ntuzoba agahebuza kuko wuriye igitanda ca so+. Ico gihe wahumanije igitanda canje. Emwe, yaracuriye!