Itanguriro 49:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Dani nabe nk’inzoka iruhande y’ibarabara, inzoka y’amahembe iruhande y’inzira, ikomora ifarasi ku binono ku buryo uwuyigenderako agwa agaramye+.
17 Dani nabe nk’inzoka iruhande y’ibarabara, inzoka y’amahembe iruhande y’inzira, ikomora ifarasi ku binono ku buryo uwuyigenderako agwa agaramye+.