Itanguriro 49:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Mugabo yagumye afashe umuheto wiwe+, amaboko yiwe aguma akomeye kandi abangutse+. Yabishobojwe n’amaboko ya wa munyabubasha wa Yakobo, wa mwungere, rya buye rya Isirayeli.
24 Mugabo yagumye afashe umuheto wiwe+, amaboko yiwe aguma akomeye kandi abangutse+. Yabishobojwe n’amaboko ya wa munyabubasha wa Yakobo, wa mwungere, rya buye rya Isirayeli.