Itanguriro 49:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Abo ni bo bagize imiryango 12 ya Isirayeli, kandi ivyo ni vyo se yababwiye ariko arabahezagira. Umwe wese yamuhaye umuhezagiro bakwiranye+.
28 Abo ni bo bagize imiryango 12 ya Isirayeli, kandi ivyo ni vyo se yababwiye ariko arabahezagira. Umwe wese yamuhaye umuhezagiro bakwiranye+.