Itanguriro 6:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Nanje ngira nzane umwuzure+ kw’isi kugira nzimanganye munsi y’ijuru ikintu cose gifise ubuzima*. Ikiri kw’isi cose kizopfa+. Itanguriro Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 6:17 Umunara w’Inderetsi,1/2/1998, rup. 8
17 Nanje ngira nzane umwuzure+ kw’isi kugira nzimanganye munsi y’ijuru ikintu cose gifise ubuzima*. Ikiri kw’isi cose kizopfa+.