Itanguriro 6:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Kandi ngiranye isezerano nawe. Uze winjire mu bwato uri kumwe n’abahungu bawe, umugore wawe n’abagore b’abahungu bawe+. Itanguriro Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 6:18 Umunara w’Inderetsi,1/8/2013, rup. 14
18 Kandi ngiranye isezerano nawe. Uze winjire mu bwato uri kumwe n’abahungu bawe, umugore wawe n’abagore b’abahungu bawe+.