Itanguriro 12:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Hanyuma Aburamu asambura ihema maze afata urugendo aja i Negebu+, agenda arimukira mu bibanza bitandukanye. Itanguriro Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 12:9 Umunara w’Inderetsi,1/9/2001, rup. 11
9 Hanyuma Aburamu asambura ihema maze afata urugendo aja i Negebu+, agenda arimukira mu bibanza bitandukanye.