Itanguriro 12:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Maze Farawo ategeka abantu biwe ngo bamurungike agende, ajane n’umugore wiwe n’ivyo yari afise vyose+.
20 Maze Farawo ategeka abantu biwe ngo bamurungike agende, ajane n’umugore wiwe n’ivyo yari afise vyose+.