Itanguriro 13:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Nuko Aburamu abandanya kuba mu mahema. Yahavuye aja kuba mu biti binini biri i Mamure+ muri Heburoni+, maze yubakira igicaniro Yehova ng’aho+. Itanguriro Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 13:18 Umunara w’Inderetsi,1/9/2001, rup. 15
18 Nuko Aburamu abandanya kuba mu mahema. Yahavuye aja kuba mu biti binini biri i Mamure+ muri Heburoni+, maze yubakira igicaniro Yehova ng’aho+.