Itanguriro 2:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Iyi ni inkuru yigana kahise k’ijuru n’isi igihe vyaremwa, umusi Yehova* Imana yarema isi n’ijuru+.