-
Itanguriro 2:5Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
5 Nta bisaka canke ibindi biterwa vyari bwatangure kumera kw’isi, kuko Yehova Imana ata mvura yari bwagwishe kw’isi kandi nta muntu yariho kugira ayirime.
-