Itanguriro 15:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Imana imubwira kandi iti: «Ndi Yehova, uwagukuye mu gisagara ca Uri c’Abakaludaya kugira ndaguhe iki gihugu ngo kibe rwawe+.»
7 Imana imubwira kandi iti: «Ndi Yehova, uwagukuye mu gisagara ca Uri c’Abakaludaya kugira ndaguhe iki gihugu ngo kibe rwawe+.»