Itanguriro 16:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Hagari aca yambaza izina rya Yehova Imana yariko ivugana na we, avuga ati: «Uri Imana ibona+.» Yongerako ati: «Aha nyene nabonye umwe ambona?»
13 Hagari aca yambaza izina rya Yehova Imana yariko ivugana na we, avuga ati: «Uri Imana ibona+.» Yongerako ati: «Aha nyene nabonye umwe ambona?»