Itanguriro 17:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Umugabo wese yavukiye mu rugo rwawe n’umugabo wese waguze ategerezwa kugenyerwa+, kandi ico kimenyetso kiri ku mibiri yanyu kizoba ikimenyamenya c’isezerano ryamaho riri hagati yanje namwe.
13 Umugabo wese yavukiye mu rugo rwawe n’umugabo wese waguze ategerezwa kugenyerwa+, kandi ico kimenyetso kiri ku mibiri yanyu kizoba ikimenyamenya c’isezerano ryamaho riri hagati yanje namwe.