Itanguriro 17:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Ariko no ku vyerekeye Ishimayeli nakwumvise. Nzomuhezagira, ntume arondoka, kandi uruvyaro rwiwe nzorugwiza cane, cane rwose. Azovyara abakuru 12 kandi nzomugira ihanga rikomeye+.
20 Ariko no ku vyerekeye Ishimayeli nakwumvise. Nzomuhezagira, ntume arondoka, kandi uruvyaro rwiwe nzorugwiza cane, cane rwose. Azovyara abakuru 12 kandi nzomugira ihanga rikomeye+.