Itanguriro 19:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Loti aca arasohoka aja kubibwira abakwe biwe, ni ukuvuga abahungu bari bimirije gutwara abakobwa biwe. Aguma ababwira ati: «Nyarutsa muve aha hantu, kuko Yehova agira ahonye iki gisagara!» Ariko kuri bo wamengo ariko arifyinira+.
14 Loti aca arasohoka aja kubibwira abakwe biwe, ni ukuvuga abahungu bari bimirije gutwara abakobwa biwe. Aguma ababwira ati: «Nyarutsa muve aha hantu, kuko Yehova agira ahonye iki gisagara!» Ariko kuri bo wamengo ariko arifyinira+.